
Intangamarara kuri Bitcoin
Igisomwa kigufi c’intango gishingiye ku bibazo bitandatu: igituma amafaranga ahambaye, ico ari co, ibishobora kutagenda neza kuri yo, ico Bitcoin ari co, ingene ikoreshwa ata nkomanzi be n’ibikurikira. Nta majambo y’ubuhinga agoye arimwo, nta bumenyi bw’imbere y’igihe bukenewe, kandi nta mpanuro zijanye n’ivy’amafaranga zitangwa.

